Front Page News

Mbega aba-Houthi ba Yemen bafise inguvu nyabaki zo guhangana nibisirikare karuhariwe vyo kwisi

published on
10 Ukwa kabiri 2024 Aba-Houthis babandanya bahanganye n’ibisirikare karuhariwe bimwe bimwe vyo kw’isi. Babandanya barasa ibisasu vya misire ku mato ayo ari yo yose mpuzamakungu bafata ko afitaniye isano na Reta Zunze Ubumwe za Amerika, Ubwongereza canke na Israel, eka mbere no ku yandi ataco bisa bisana. Ibi bitero bimaze kugira ingaruka zikomeye ku budandaji mpuzamakungu, kuko biba ngombwa ko amato afata izindi nzira ndende cane. Baboneka ko badatewe ubwoba n’ibitero vy’urutavanako vyo mu kirere vya Amerika ku birindiro vyabo vya misire kandi bariyemeje kwihorera ku matungo ya Amerika n’ay’Ubwongereza. Read More...

Picasso died 50 years ago. Were still trying to clean up his mess.

published on
Blue Picasso, pink Picasso, cubist Picasso, society Picasso, surreal Picasso, ceramist Picasso, late Picasso. Picasso in his underwear, Picasso in a bow tie. Harlequin Picasso, bullfight Picasso, the poets’ Picasso, the GIs’ Picasso. Anti-fascist Picasso, communist Picasso, peace dove Picasso. Prankster Picasso, heartsick Picasso, lecherous Picasso. Yes, Pablo Picasso was all over the place. He died 50 years ago this month at 91, and we’re still trying to clean up his mess. Read More...

This millionaires stroke led him to a life of philanthropy

published on
Mark Moore, 56, is a retired business owner. After Moore had two strokes, he and his wife, Brenda, became full-time philanthropists. They have two children and live in McLean. Moore's book, "A Stroke of Faith," will be published in April. Ten years ago you were 46, you were a businessman and you were more successful than most people can even dream about. That’s probably a fair assessment. What was your net worth at that time? Read More...